ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ico gihe i Antiyokiya hari abahanuzi+ n’abigisha mw’ishengero ryaho: Barunaba hamwe na Simeyoni uwitwa Nigeri, na Lusiyo+ w’i Sireni, na Manayeni uwari yigishirijwe hamwe na Herodi umutware w’intara, na Sauli.

  • Ivyakozwe 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Hanyuma Yuda na Silasi, kubera yuko na bo nyene ubwabo bari abahanuzi+, baremesha bene wacu n’insiguro nyinshi bongera barabakomeza+.

  • 1 Abakorinto 12:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kandi Imana yashize ivyo bihimba bitandukanye mw’ishengero+: ubwa mbere intumwa+, ubwa kabiri abahanuzi+, ubwa gatatu abigisha+; hanyuma ibikorwa vy’ububasha+, hanyuma ingabirano z’ugukiza+; ibikorwa vy’ingirakamaro+, ubushobozi bwo kuyobora+, indimi zitandukanye+.

  • Abanyefeso 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi hari abo yatanze ngo babe intumwa+, abo yatanze ngo babe abahanuzi+, abo yatanze ngo babe abamamaji b’injili+, abo yatanze ngo babe abungere n’abigisha+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika