Ivyakozwe 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku. Ivyakozwe 15:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nayo Barunaba, yari yiyemeje kujana na Yohani na we, uwitwa Mariko+. Abakolosayi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu),
5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku.
10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu),