Zaburi 145:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,Hafi y’abamwambaza mu kuri bose+. Yeremiya 23:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Mbega ndi Imana iri hafi,” ni ko Yehova avuze, “atari Imana iri kure+?” Abaroma 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko kamere zayo zitaboneka+ zibonwa neza uhereye kw’iremwa ry’isi+, kubera ko zitahurirwa ku bintu vyaremwe+, ni zo bubasha bwayo bw’ibihe bidahera+ n’Ubumana bwayo+, ku buryo ata co bireguza+;
20 Kuko kamere zayo zitaboneka+ zibonwa neza uhereye kw’iremwa ry’isi+, kubera ko zitahurirwa ku bintu vyaremwe+, ni zo bubasha bwayo bw’ibihe bidahera+ n’Ubumana bwayo+, ku buryo ata co bireguza+;