ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 nsaba yuko nimba bishoboka ubu noza natunganirwa mu kugomba+ kw’Imana kugira ngo nze iwanyu.

  • 1 Abakorinto 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mugabo nzoza iwanyu vuba Yehova niyabigomba+, kandi sinzomenya amajambo y’abo bivyimvya, ahubwo nzomenya ububasha bwabo.

  • Yakobo 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ahubwo mwari mukwiye kuvuga muti: “Nimba Yehova abigomba+, tuzobaho, dukore iki canke kiriya+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika