Zaburi 45:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umviriza, ewe mukobwa, ubone, kandi utege ugutwi;Niwibagire ab’iwanyu n’inzu ya so+. 2 Abakorinto 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.
2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.