ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 16:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ku bw’ivyo, ababwira ati: “Mwebwe muriyita abagororotsi imbere y’abantu+, mugabo Imana irazi imitima yanyu+; kuko igishirwa hejuru mu bantu ari ikintu gisesemye imbere y’Imana+.

  • Luka 18:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo aha kandi iki kigereranyo bamwe, abiyizigira ubwabo ko ari abagororotsi+, bagafata abandi ko ari ubusa+, ati:

  • Abafilipi 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 kandi nze nsangwe mu bumwe na we, ntafise ubugororotsi bwanje bwite, bumwe buva kw’itegeko+, mugabo mfise ububoneka biciye ku kwizera+ Kristu, ari bwo bugororotsi buva ku Mana hishimikijwe ukwizera+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika