Matayo 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ntabwirizwa gutera iteka se na gatoyi+.’ Gutyo rero mwatituye ijambo ry’Imana kubera imigenzo yanyu+. Luka 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)
6 ntabwirizwa gutera iteka se na gatoyi+.’ Gutyo rero mwatituye ijambo ry’Imana kubera imigenzo yanyu+.
30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)