Yohani 4:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 baca batangura kubwira nya mugore bati: “Ntitucemeye kubera amajambo yawe; kuko twiyumviye ubwacu+ kandi tukamenya yuko uyu muntu vy’ukuri ari umukiza+ w’isi.” Yohani 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Sinsabira aba bonyene, ahubwo nsabira n’abanyizera biciye kw’ijambo ryabo+;
42 baca batangura kubwira nya mugore bati: “Ntitucemeye kubera amajambo yawe; kuko twiyumviye ubwacu+ kandi tukamenya yuko uyu muntu vy’ukuri ari umukiza+ w’isi.”