2 Samweli 22:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Ni co gituma nzogukengurukira mu mahanga+, ewe Yehova;Kandi nzohibongoreza izina ryawe+: Zaburi 18:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ni co gituma nzoguhaya mu mahanga, ewe Yehova+,Kandi nzohibongoreza izina ryawe+.