Yohani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+. 1 Yohani 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kimwe twabona kandi tukumva ni na co turiko turabamenyesha+, kugira ngo namwe musangire natwe+. Ikigeretseko, ukwo gusangira+ kwacu kugirwa hamwe na Data be n’Umwana wiwe Yezu Kristu+.
21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.
3 kimwe twabona kandi tukumva ni na co turiko turabamenyesha+, kugira ngo namwe musangire natwe+. Ikigeretseko, ukwo gusangira+ kwacu kugirwa hamwe na Data be n’Umwana wiwe Yezu Kristu+.