1 Abakorinto 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo abandi ndababwira, egome jewe, si Umukama+: nimba hari mwene wacu afise umugore atemera, yamara nya mugore agashima kubana na we, ntamute;
12 Mugabo abandi ndababwira, egome jewe, si Umukama+: nimba hari mwene wacu afise umugore atemera, yamara nya mugore agashima kubana na we, ntamute;