Abaroma 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ico ari co Kristu yapfiriye akongera akabera muzima+, kugira ngo abe Umukama ku bapfuye+ n’abazima+. Abanyefeso 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo mu kuvuga ukuri+, dukure mu bintu vyose twisunze urukundo+, dukurira muri umwe ari umutwe+, ni ukuvuga Kristu. Abakolosayi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Gutyo rero, murafise ukunengesera biciye kuri we, ari na we mutwe w’intwaro yose n’ububasha bwose+.
9 Kuko ico ari co Kristu yapfiriye akongera akabera muzima+, kugira ngo abe Umukama ku bapfuye+ n’abazima+.
15 Mugabo mu kuvuga ukuri+, dukure mu bintu vyose twisunze urukundo+, dukurira muri umwe ari umutwe+, ni ukuvuga Kristu.
10 Gutyo rero, murafise ukunengesera biciye kuri we, ari na we mutwe w’intwaro yose n’ububasha bwose+.