ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.”

  • Abanyefeso 5:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kubera ko umugabo ari umutwe w’umugore wiwe+ nk’uko na Kristu ari umutwe w’ishengero+, akaba umukiza w’uyo mubiri.

  • 1 Petero 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Namwe bagore, ni kwo kw’ukwo+, muyobokere+ abagabo banyu bwite, kugira ngo nimba hari abatagamburukira+ rya jambo, bagondozwe+ ata jambo rivuzwe, biciye ku ngeso z’abagore babo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika