1 Abakorinto 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko Imana “yashize ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Mugabo igihe ivuga ko ‘ibintu vyose vyatanzwe ngo biganzwe+,’ biraboneka yuko hatarimwo umwe yamuha vyose ngo abiganze+. 1 Abakorinto 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mugabo igihe ibintu vyose azoba yabihawe ngo abiganze+, ni ho Umwana ubwiwe na we azoyoboka akaganzwa n’Uwamuhaye+ kuganza ibintu vyose, ngo Imana ibe vyose ku muntu wese+.
27 Kuko Imana “yashize ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Mugabo igihe ivuga ko ‘ibintu vyose vyatanzwe ngo biganzwe+,’ biraboneka yuko hatarimwo umwe yamuha vyose ngo abiganze+.
28 Mugabo igihe ibintu vyose azoba yabihawe ngo abiganze+, ni ho Umwana ubwiwe na we azoyoboka akaganzwa n’Uwamuhaye+ kuganza ibintu vyose, ngo Imana ibe vyose ku muntu wese+.