Indirimbo ya Salomo 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umutwe wawe kuri wewe ni nka Karumeli+, ibitsibo+ vyo ku mutwe wawe na vyo ni nk’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura+. Umwami yagizwe imbohe n’iyo mishatsi irereta+.
5 Umutwe wawe kuri wewe ni nka Karumeli+, ibitsibo+ vyo ku mutwe wawe na vyo ni nk’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura+. Umwami yagizwe imbohe n’iyo mishatsi irereta+.