1 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndabahimiriza+ rero, bene wacu, mw’izina+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu ngo mwese muvuge rumwe+, kandi ntihabe ukwicamwo ibice+ muri mwebwe, ahubwo mube abunze ubumwe neza mu muzirikanyi umwe no mu ciyumviro kimwe+. 1 Abakorinto 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko mukiri ab’umubiri+. None ko hari ishari n’ugushihana muri mwebwe+, mbega ntimuri ab’umubiri mukaba kandi mugenda nk’uko abantu bagenda+?
10 Ndabahimiriza+ rero, bene wacu, mw’izina+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu ngo mwese muvuge rumwe+, kandi ntihabe ukwicamwo ibice+ muri mwebwe, ahubwo mube abunze ubumwe neza mu muzirikanyi umwe no mu ciyumviro kimwe+.
3 kuko mukiri ab’umubiri+. None ko hari ishari n’ugushihana muri mwebwe+, mbega ntimuri ab’umubiri mukaba kandi mugenda nk’uko abantu bagenda+?