Luka 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri wanje+ ugiye gutangwa ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”
19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri wanje+ ugiye gutangwa ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”