ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Benshi bazombwira kuri wa musi ngo: ‘Mukama, Mukama+, ntitwavuga ubuhanuzi mw’izina ryawe, tukirukana amadayimoni mw’izina ryawe, tugakora n’ibikorwa vyinshi vy’ububasha mw’izina ryawe+?’

  • 1 Abakorinto 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ariko uwuvuga ubuhanuzi arubaka+, akaremesha, akirura abantu biciye kw’ijambo ryiwe.

  • Ivyahishuwe 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nca nikubita imbere y’ibirenge vyiwe ngo ndamusenge+. Mugabo ambwira ati: “Uragaba! Ntugire ivyo+! Nta kindi ndi atari umushumba mugenzawe n’uwa bene wanyu bafise igikorwa co gushingira intahe Yezu+. Senga Imana+; kuko ugushingira intahe Yezu ari yo ntumbero y’ubuhanuzi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika