ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 54:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 “Niwihe akamo k’umunezero, wa mugore w’ingumba utavyaye+! Nugire akamwemwe n’akamo k’umunezero, wanirize akamo+, wewe utagize ububabare bw’ukwibaruka+, kuko abana b’umugore w’intabwa ari benshi kuruta abana b’umugore afise umugabo amugaba+,” ni ko Yehova avuze.

  • Abaroma 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.

  • Abaroma 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Eka mbere bose si abana ngo ni uko ari uruvyaro* rwa Aburahamu+, ahubwo vyanditswe ngo: “Ikizokwitwa ‘uruvyaro rwawe’ kizoboneka biciye kuri Izahaki+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika