Yohani 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umwana rero niyabagira abidegemvya, muzoba abidegemvya koko+. Abaroma 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.
22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.