ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abagalatiya 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nayo jewe ga bene wacu, nimba ncamamaza ukugenyerwa, kubera iki nkiriko ndahamwa? Mu vy’ukuri rero, ca gitsitaza+ c’igiti co kubabarizwako+ carakuweho+.

  • Abafilipi 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko hariho benshi, abo nahora nkunda kuvuga kera ariko ubu ho nkaba nongera kubavuga ndira, bariko bagenda nk’abansi b’igiti co kubabarizwako ca Kristu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika