1 Abakorinto 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umuntu rero natubone nk’aho turi abasuku+ ba Kristu n’ababwiriza+ b’amabanga meranda+ y’Imana. Abanyefeso 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 no ku bwanje, kugira ngo mpabwe ubushobozi bwo kuvuga+ iyo nteranuye akanwa, mfise umwidegemvyo wo kuvuga+ ngo menyekanishe ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+,
19 no ku bwanje, kugira ngo mpabwe ubushobozi bwo kuvuga+ iyo nteranuye akanwa, mfise umwidegemvyo wo kuvuga+ ngo menyekanishe ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+,