Abaroma 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 canke ubusuku, twijukire ubwo busuku+; canke uwigisha+, yijukire ukwigisha kwiwe+; Abakolosayi 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nabaye umusuku+ w’iryo shengero mu buryo buhuye n’ububwiriza+ buva ku Mana, ubwo nahawe ku neza yanyu kugira ngo ijambo ry’Imana ryamamazwe bimwe bishitse,
25 Nabaye umusuku+ w’iryo shengero mu buryo buhuye n’ububwiriza+ buva ku Mana, ubwo nahawe ku neza yanyu kugira ngo ijambo ry’Imana ryamamazwe bimwe bishitse,