Yesaya 54:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+. Yesaya 62:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Amahanga ntazobura kubona ubugororotsi bwawe+, ewe mugore+, n’abami bose babone ubuninahazwa bwawe+. Kandi uzokwitwa vy’ukuri izina rishasha+, iryo akanwa ka Yehova kazotora.
5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+.
2 “Amahanga ntazobura kubona ubugororotsi bwawe+, ewe mugore+, n’abami bose babone ubuninahazwa bwawe+. Kandi uzokwitwa vy’ukuri izina rishasha+, iryo akanwa ka Yehova kazotora.