Abaroma 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 hamwe n’ububasha bw’ibimenyetso n’ibitangaza+, hamwe n’ububasha bw’impwemu nyeranda; ku buryo kuva i Yeruzalemu no kuzunguruka+ gushika muri Iliriya namamaje bimwe binogangije inkuru nziza yerekeye Kristu+.
19 hamwe n’ububasha bw’ibimenyetso n’ibitangaza+, hamwe n’ububasha bw’impwemu nyeranda; ku buryo kuva i Yeruzalemu no kuzunguruka+ gushika muri Iliriya namamaje bimwe binogangije inkuru nziza yerekeye Kristu+.