Kuvayo 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi uze ufumbishe umwotsi nya mpfizi y’intama yose ku gicaniro. Ni ishikanwa riturirwa+ rihabwa Yehova, akamoto karuhura+. Ni ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. 2 Abakorinto 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko ku Mana turi akamoto keza+ ka Kristu mu bariko barakizwa no mu bariko barahona+;
18 Kandi uze ufumbishe umwotsi nya mpfizi y’intama yose ku gicaniro. Ni ishikanwa riturirwa+ rihabwa Yehova, akamoto karuhura+. Ni ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova.