Abakolosayi 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 abo Imana yahimbawe no kumenyesha ubutunzi bw’ubuninahazwa+ bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu+ yunze ubumwe namwe, icizigiro c’ubuninahazwa bwiwe+.
27 abo Imana yahimbawe no kumenyesha ubutunzi bw’ubuninahazwa+ bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu+ yunze ubumwe namwe, icizigiro c’ubuninahazwa bwiwe+.