Yohani 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.
16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.