Abaroma 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko ubwami bw’Imana+ budasobanura kurya no kunywa+, ahubwo busobanura ubugororotsi+ n’amahoro+ n’akanyamuneza+ hamwe n’impwemu nyeranda.
17 Kuko ubwami bw’Imana+ budasobanura kurya no kunywa+, ahubwo busobanura ubugororotsi+ n’amahoro+ n’akanyamuneza+ hamwe n’impwemu nyeranda.