Yohani 10:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Jewe na Data turi umwe*+.” Yohani 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yezu amubwira ati: “Mbega nabanye namwe igihe kirekire gutya, ukaba utaramenya ga Filipo? Uwubonye jewe aba abonye na Data+. None uvuga gute ngo: ‘Twereke Data+’? 2 Abakorinto 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 muri bo imana y’iki gihe*+ ikaba yarahumye imizirikanyi y’abatemera+, ngo umuco+ wa ya nkuru nziza ininahaye+ yerekeye Kristu we shusho+ y’Imana, ntushobore kumenēra+.
9 Yezu amubwira ati: “Mbega nabanye namwe igihe kirekire gutya, ukaba utaramenya ga Filipo? Uwubonye jewe aba abonye na Data+. None uvuga gute ngo: ‘Twereke Data+’?
4 muri bo imana y’iki gihe*+ ikaba yarahumye imizirikanyi y’abatemera+, ngo umuco+ wa ya nkuru nziza ininahaye+ yerekeye Kristu we shusho+ y’Imana, ntushobore kumenēra+.