Imigani 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntuvuge ngo: “Nzokwishura umuntu ikibi+!” Niwizigire Yehova+, na we azogukiza+. Matayo 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi. Abaroma 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”
39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi.
19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”