Abanyefeso 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kandi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu mukama mukenguruka+ ku bw’ibintu vyose, mubikengurukira Imana yacu ikaba na Data. Abakolosayi 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi ivyo mugira vyose mu mvugo canke mu bikorwa+, mukore vyose mw’izina ry’Umukama Yezu+, mukengurukira+ Imana ari yo Data biciye muri we.
20 kandi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu mukama mukenguruka+ ku bw’ibintu vyose, mubikengurukira Imana yacu ikaba na Data.
17 Kandi ivyo mugira vyose mu mvugo canke mu bikorwa+, mukore vyose mw’izina ry’Umukama Yezu+, mukengurukira+ Imana ari yo Data biciye muri we.