Abagalatiya 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo mvuga nti: Gume mugenda mwisunga impwemu+, ni ho mutazoshitsa icipfuzo c’umubiri na kimwe+. Abanyefeso 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Jewe rero imbohe+ mu Mukama, ndabinginga ngo mugende nk’uko bibereye+ ihamagarwa mwahamagawe+, Abakolosayi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana, 1 Petero 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mugabo, nk’uko wa Mweranda yabahamagara ari, namwe ubwanyu mube beranda mu ngeso zanyu zose+,
16 Mugabo mvuga nti: Gume mugenda mwisunga impwemu+, ni ho mutazoshitsa icipfuzo c’umubiri na kimwe+.
10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana,