1 Timoteyo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ewe Timoteyo, rinda ico wabikijwe+, uhunge amajambo agaragara asiga iceyi ibintu vyeranda, uhunge n’amajambo avuguruzanya y’ivyitwa ngo ni “ubumenyi+.”
20 Ewe Timoteyo, rinda ico wabikijwe+, uhunge amajambo agaragara asiga iceyi ibintu vyeranda, uhunge n’amajambo avuguruzanya y’ivyitwa ngo ni “ubumenyi+.”