Abakolosayi 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+. 2 Timoteyo 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bwa musoda mwiza+ wa Kristu Yezu, wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+.
24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+.