Yesaya 53:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+. Abaroma 16:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Imwe+ rero ishoboye kubashikamisha hisunzwe inkuru nziza menyesha be n’iyamamazwa rya Yezu Kristu, nk’uko ihishurwa rya rya banga ryeranda+ ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane riri, 2 Timoteyo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yaradukijije+ yongera iduhamagaza ihamagara ryeranda+, bitavanye n’ibikorwa vyacu+, ahubwo bivanye n’intumbero yayo be n’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo. Ivyo twarabihawe mu bijanye na Kristu Yezu imbere y’ibihe vya kera cane+,
11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+.
25 Imwe+ rero ishoboye kubashikamisha hisunzwe inkuru nziza menyesha be n’iyamamazwa rya Yezu Kristu, nk’uko ihishurwa rya rya banga ryeranda+ ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane riri,
9 Yaradukijije+ yongera iduhamagaza ihamagara ryeranda+, bitavanye n’ibikorwa vyacu+, ahubwo bivanye n’intumbero yayo be n’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo. Ivyo twarabihawe mu bijanye na Kristu Yezu imbere y’ibihe vya kera cane+,