Abaheburayo 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+. Abaheburayo 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 murabe neza ngo ntihagire n’umwe yimwa bwa buntu ata wari abukwiriye bw’Imana+; ngo ntihagire umuzi w’ubumara+ umera ugatera ingorane no kugira ngo benshi ntibahumanywe na wo+;
2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.
15 murabe neza ngo ntihagire n’umwe yimwa bwa buntu ata wari abukwiriye bw’Imana+; ngo ntihagire umuzi w’ubumara+ umera ugatera ingorane no kugira ngo benshi ntibahumanywe na wo+;