ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko, bitumwe n’uko Itegeko+ ata bubasha ryari rifise igihe ryari goyigoyi+ bivuye ku mubiri, Imana yatsindishije igicumuro mu mubiri, mu kurungika Umwana+ wayo bwite mu mubiri usa n’uwucumura+ no ku vyerekeye igicumuro+,

  • Abagalatiya 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo ubu ko mwamenye Imana, canke nako, ubu ko mwamenywe n’Imana+, mwongera gute gusubira ku bintu vy’intango vya goyigoyi+ kandi biteye akagongwe+, mugashaka kwongera kubishumbira+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika