Zaburi 102:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Vyo bizoyogera, mugabo wewe uzogumaho+;Bizoshira vyose nka kurya kw’impuzu+.Nka kurya kw’icambarwa, uzobisubiriza, bimare ikiringo cavyo+.
26 Vyo bizoyogera, mugabo wewe uzogumaho+;Bizoshira vyose nka kurya kw’impuzu+.Nka kurya kw’icambarwa, uzobisubiriza, bimare ikiringo cavyo+.