Yesaya 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kandi, bigiranywe ubuntu bwuzuye urukundo, intebe y’ubwami ntizobura gushimangirwa+; kandi hari uwuzoyicarako mu kuri mw’ihema rya Dawidi+, aca imanza kandi akarondera ubutungane, abanguka mu vy’ubugororotsi+.” Abaheburayo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yabaye umwizigirwa+ kuri Umwe yamugira gutyo, nk’uko na Musa+ yari umwizigirwa mu nzu yose y’Uwo+.
5 “Kandi, bigiranywe ubuntu bwuzuye urukundo, intebe y’ubwami ntizobura gushimangirwa+; kandi hari uwuzoyicarako mu kuri mw’ihema rya Dawidi+, aca imanza kandi akarondera ubutungane, abanguka mu vy’ubugororotsi+.”