Guharura 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.
3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.