Abalewi 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Buno ashikiriza rya shikanwa ry’abantu+ hanyuma atora ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu, arayikerera, ayitangako ishikanwa ku bw’igicumuro, kumwe kw’iya mbere.
15 Buno ashikiriza rya shikanwa ry’abantu+ hanyuma atora ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu, arayikerera, ayitangako ishikanwa ku bw’igicumuro, kumwe kw’iya mbere.