Abalewi 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe, atange impongano ku bwiwe no ku bw’inzu yiwe. Aze akerere nya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+.
11 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe, atange impongano ku bwiwe no ku bw’inzu yiwe. Aze akerere nya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+.