ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kandi urabe neza ubikore wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.

  • Kuvayo 26:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kandi uze ushinge nya taberenakulo wisunze umugero wayo weretswe ku musozi+.

  • Guharura 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Uku rero ni ko nya gitereko c’amatara cari gihinguwe. Cari ikintu co mu nzahabu gicurishijwe inyundo. Gushika ku mpande zaco no gushika ku mashurwe yaco, cari ikintu gicurishijwe inyundo+. Nk’uko Yehova yari yavyeretse+ Musa, ni ko yari yakoze nya gitereko c’amatara.

  • Ivyakozwe 7:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Ba sogokuruza bacu bari bafise ihema ry’intahe mu gahinga, nk’uko yatanze amategeko igihe yariko avugana na Musa ngo arikore yisunze icitegererezo yari yabonye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika