Abalewi 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi aze atange impongano ku bw’ahantu heranda ku bijanye n’ubuhumane+ bwa bene Isirayeli no ku bijanye n’imigararizo yabo mu bicumuro vyabo vyose+. Ukwo ni ko akwiye kubigenza ku bw’ihema ry’ihuriro, iribana na bo hagati mu buhumane bwabo.
16 “Kandi aze atange impongano ku bw’ahantu heranda ku bijanye n’ubuhumane+ bwa bene Isirayeli no ku bijanye n’imigararizo yabo mu bicumuro vyabo vyose+. Ukwo ni ko akwiye kubigenza ku bw’ihema ry’ihuriro, iribana na bo hagati mu buhumane bwabo.