ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 14:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Umuntu, uwavutse ku mugore+,

      Abaho igihe gitoyi+ kandi yuzuye umudugararo+.

  • Zaburi 39:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ni ukuri, umuntu burya agendagenda ari ishusho nsa+.

      Ni ukuri, basebagirikira ubusa+.

      Umuntu ararundanya ibintu, ntamenye uwuzobitwara+.

  • Umusiguzi 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 None ni nde azi iciza umuntu akura mu buzima+ bwiwe mu misi yose y’ubuzima bwiwe bw’ubusa, kandi ayimara nk’igitutu+? None ni nde ashobora kubwira umuntu ibizoba mu nyuma ziwe munsi y’izuba+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika