Abalewi 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+. Gusubira mu vyagezwe 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi utegerezwa kugumya ibwirizwa n’ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane ndagutegetse uno musi, mu kubikora+. 1 Samweli 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Samweli na we avuga ati: “Mbega Yehova ahimbarwa n’amashikanwa aturirwa+ be n’ibimazi kuruta kugamburuka ijwi rya Yehova? Erega kugamburuka+ kuruta ikimazi+, kwumvira kukaruta ibinure+ vy’impfizi z’intama; Matayo 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+. Abaroma 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Musa yandika yuko umuntu ashikije ubugororotsi bwo mw’Itegeko azobeshwaho na bwo+. 1 Yohani 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bana bato, ntihagire n’umwe abazimiza; uwushishikara ubugororotsi ni umugororotsi, nk’uko urya na we ari umugororotsi+.
5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+.
11 Kandi utegerezwa kugumya ibwirizwa n’ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane ndagutegetse uno musi, mu kubikora+.
22 Samweli na we avuga ati: “Mbega Yehova ahimbarwa n’amashikanwa aturirwa+ be n’ibimazi kuruta kugamburuka ijwi rya Yehova? Erega kugamburuka+ kuruta ikimazi+, kwumvira kukaruta ibinure+ vy’impfizi z’intama;
21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+.
7 Bana bato, ntihagire n’umwe abazimiza; uwushishikara ubugororotsi ni umugororotsi, nk’uko urya na we ari umugororotsi+.