2 Petero 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Biciye kuri ivyo bintu yaraduhaye ku buntu ya mihango y’agaciro kandi y’agahambaye+, kugira ngo biciye kuri yo mube abasangiye akamere+ k’Imana+, mukaba mwarakize ubwononekare buri mw’isi+ buva ku nambu ikomeye.
4 Biciye kuri ivyo bintu yaraduhaye ku buntu ya mihango y’agaciro kandi y’agahambaye+, kugira ngo biciye kuri yo mube abasangiye akamere+ k’Imana+, mukaba mwarakize ubwononekare buri mw’isi+ buva ku nambu ikomeye.