Abaroma 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko ndabandikiye ndushiriza kutarya umunwa ku bintu bimwebimwe, nk’aho nongeye kubibutsa+, kubera ubuntu ata wari abukwiriye nahawe buvuye ku Mana+
15 Ariko ndabandikiye ndushiriza kutarya umunwa ku bintu bimwebimwe, nk’aho nongeye kubibutsa+, kubera ubuntu ata wari abukwiriye nahawe buvuye ku Mana+