ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 4:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Umururazi ubabaza wose+, n’ishavu, n’uburake, n’ugukankama, n’ugutukana+, bikurwe muri mwebwe, hamwe n’ububi bwose+.

  • Abakolosayi 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ariko ubu, nimuvyikunkumure koko vyose+: uburake, ishavu, ububi, ugutukana+, n’amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.

  • Tito 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko na twebwe kera twari imburabwenge, abagambarazi, tuzimizwa, turi abaja b’ivyipfuzo n’ibinezereza bitari bimwe, dushishikara kugendera mu bubi no mu gashari, turi abo kuzinukwa, twankana+.

  • 1 Yohani 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Umuntu wese yanka+ mwene wabo ni umwicanyi+, kandi murazi yuko ata mwicanyi+ afise ubuzima budahera buguma muri we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika